2 Ngoma 29:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Maze bakoraniriza hamwe bene wabo, bariyeza+ hanyuma baraza nk’uko ibwirizwa ry’umwami ryari+, bisunze amajambo ya Yehova, kugira ngo bahumanure+ inzu ya Yehova.
15 Maze bakoraniriza hamwe bene wabo, bariyeza+ hanyuma baraza nk’uko ibwirizwa ry’umwami ryari+, bisunze amajambo ya Yehova, kugira ngo bahumanure+ inzu ya Yehova.