Yeremiya 17:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Ibi ni vyo Yehova avuze: “Aravumwe umuntu w’umugabo yizigira umuntu yakuwe mw’ivu+, akishimikiza koko ukuboko kwiwe kw’inyama+, umutima wiwe ukava kuri Yehova+. 1 Yohani 4:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Mwebwe mukomoka ku Mana, bana bato, kandi mwaratsinze abo bantu+, kuko uwunze ubumwe+ namwe aruta+ uwunze ubumwe n’isi+.
5 Ibi ni vyo Yehova avuze: “Aravumwe umuntu w’umugabo yizigira umuntu yakuwe mw’ivu+, akishimikiza koko ukuboko kwiwe kw’inyama+, umutima wiwe ukava kuri Yehova+.
4 Mwebwe mukomoka ku Mana, bana bato, kandi mwaratsinze abo bantu+, kuko uwunze ubumwe+ namwe aruta+ uwunze ubumwe n’isi+.