Zaburi 76:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Ubwikingo bwayo buri i Salemu+,Aho iba na ho hakaba i Siyoni+. Zaburi 132:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Kuko Yehova yatoye Siyoni+;Yarayicambiwe ngo imubere aho kuba+, ati: