Yosuwa 1:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Iki gitabu c’itegeko ntikize kive mu kanwa kawe+; uze usome muri co n’ijwi ritoyi umurango n’ijoro, kugira ngo witwararike gukora wisunze ivyanditswe muri co vyose+; kuko ari ho uzotuma inzira yawe iroranirwa kandi ugakorana ubukerebutsi+. Zaburi 1:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Azoba koko nk’igiti gitewe hafi y’imigezi y’amazi+,Gitanga ivyamwa vyaco mu gihe caco+Kandi amababi yaco ntakabirane+,Kandi ico akora cose kizokunda+.
8 Iki gitabu c’itegeko ntikize kive mu kanwa kawe+; uze usome muri co n’ijwi ritoyi umurango n’ijoro, kugira ngo witwararike gukora wisunze ivyanditswe muri co vyose+; kuko ari ho uzotuma inzira yawe iroranirwa kandi ugakorana ubukerebutsi+.
3 Azoba koko nk’igiti gitewe hafi y’imigezi y’amazi+,Gitanga ivyamwa vyaco mu gihe caco+Kandi amababi yaco ntakabirane+,Kandi ico akora cose kizokunda+.