1 Abami 8:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Kuko nya bakerubi bari bashanje amababa yabo hejuru y’ikibanza c’iyo Sandugu, ku buryo abo bakerubi baguma bakingiririye hejuru nya Sandugu n’iminiho yayo+.
7 Kuko nya bakerubi bari bashanje amababa yabo hejuru y’ikibanza c’iyo Sandugu, ku buryo abo bakerubi baguma bakingiririye hejuru nya Sandugu n’iminiho yayo+.