Gusubira mu vyagezwe 11:1 Bibiliya y’isi nshasha 11 “Kandi utegerezwa gukunda Yehova Imana yawe+ no gushitsa ivyo yabajeje n’ivyagezwe vyiwe n’ingingo ziwe z’ubutungane+ n’amabwirizwa yiwe nantaryo. Gusubira mu vyagezwe 12:1 Bibiliya y’isi nshasha 12 “Ng’izi ingingo nyobozi+ n’ingingo z’ubutungane+ mukwiye kuba maso mugashitsa+ mu gihugu Yehova Imana ya ba sogokuruza bawe atazobura kukwemerera kwigarurira, imisi yose muzomara muri bazima ku butaka+.
11 “Kandi utegerezwa gukunda Yehova Imana yawe+ no gushitsa ivyo yabajeje n’ivyagezwe vyiwe n’ingingo ziwe z’ubutungane+ n’amabwirizwa yiwe nantaryo.
12 “Ng’izi ingingo nyobozi+ n’ingingo z’ubutungane+ mukwiye kuba maso mugashitsa+ mu gihugu Yehova Imana ya ba sogokuruza bawe atazobura kukwemerera kwigarurira, imisi yose muzomara muri bazima ku butaka+.