Yobu 36:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Iyo na ho babohewe mu minyororo+,Bafatishwa imigozi y’amarushwa. Zaburi 107:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Hari abari babayeho mu mwiza no mu gitutu kizitanye+,Imbohe ziri mu marushwa no mu vyuma+.