2 Abami 12:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 n’abafundi n’ababaji b’amabuye+, agakoreshwa no mu kugura ibiti n’amabuye abajwe vyo gusanasana imigaga y’inzu ya Yehova be no mu kuriha ivyakoreshwa vyose kuri nya nzu kugira ngo isanasanwe.
12 n’abafundi n’ababaji b’amabuye+, agakoreshwa no mu kugura ibiti n’amabuye abajwe vyo gusanasana imigaga y’inzu ya Yehova be no mu kuriha ivyakoreshwa vyose kuri nya nzu kugira ngo isanasanwe.