Kuvayo 18:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Maze Musa abwira sebukwe ati: “Ni kubera ko abantu baguma baza kuri jewe gusiguza Imana+. 1 Samweli 9:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 (Kera muri Isirayeli uku ni ko umuntu yavuga agiye kurondera Imana: “Nimuze tuje kwa rubonyi+.” Kuko umuhanuzi wo muri iki gihe kera yitwa rubonyi.) 1 Abami 22:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Mugabo Yehoshafati avuga ati: “Mbega hano nta muhanuzi wa Yehova asigaye? Dusiguze rero biciye kuri we+.”
9 (Kera muri Isirayeli uku ni ko umuntu yavuga agiye kurondera Imana: “Nimuze tuje kwa rubonyi+.” Kuko umuhanuzi wo muri iki gihe kera yitwa rubonyi.)
7 Mugabo Yehoshafati avuga ati: “Mbega hano nta muhanuzi wa Yehova asigaye? Dusiguze rero biciye kuri we+.”