ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Guharura 4:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 “Aroni n’abahungu biwe baze barangize gupfuka ahantu heranda+ n’ibikoresho+ vy’aho vyose igihe ikambi izoba igira igende; inyuma y’ivyo bene Kohati bazokwinjira kugira babitware+, mugabo ntibaze bakore+ ku hantu heranda, kuko bopfa ata kabuza. Ivyo bintu ni wo mutwaro wa bene Kohati mw’ihema ry’ihuriro+.

  • 1 Ngoma 23:26
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 26 Bisubiye, Abalewi ntibizoba ngombwa ko barerura itaberenakulo canke ico ari co cose mu bikoresho vyayo bikoreshwa igikorwa cayo+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika