Abalewi 3:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Kandi kuri nya kimazi c’ugusangira aze ashikirize ikinure caco bwa shikanwa rishikanishwa umuriro rihabwa Yehova+. Igitsembe kinuze+ cose ni co azokurako hafi y’uruti rw’umugongo, na ca kinure gipfuka amara, eka ikinure cose kiri ku mara+, Abalewi 3:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Kandi ivyo azokura kuri ryo ngo abishikirize bwa shikanwa ryiwe, bwa shikanwa rishikanishwa umuriro rihabwa Yehova, ni ca kinure gipfuka amara, eka ikinure cose kiri ku mara+,
9 Kandi kuri nya kimazi c’ugusangira aze ashikirize ikinure caco bwa shikanwa rishikanishwa umuriro rihabwa Yehova+. Igitsembe kinuze+ cose ni co azokurako hafi y’uruti rw’umugongo, na ca kinure gipfuka amara, eka ikinure cose kiri ku mara+,
14 Kandi ivyo azokura kuri ryo ngo abishikirize bwa shikanwa ryiwe, bwa shikanwa rishikanishwa umuriro rihabwa Yehova, ni ca kinure gipfuka amara, eka ikinure cose kiri ku mara+,