19 no ku bwa bene Aroni+, ari bo baherezi, baba mu mirima+ y’amatongo y’uburagiriro y’ibisagara vyabo. Mu bisagara bitandukanye vyose hari abagabo bari baravuzwe amazina, kugira ngo bahe imigabane uw’igitsina-gabo wese mu baherezi no kugira ngo bayihe abanditswe bose hakurikijwe amamuko mu Balewi.