2 Abami 22:1 Bibiliya y’isi nshasha 22 Yosiya+ yari afise imyaka umunani igihe yatangura kuganza, maze amara imyaka mirongo itatu n’umwe aganza i Yeruzalemu. Nyina yitwa Yedida umukobwa wa Adaya w’i Bozikati+.
22 Yosiya+ yari afise imyaka umunani igihe yatangura kuganza, maze amara imyaka mirongo itatu n’umwe aganza i Yeruzalemu. Nyina yitwa Yedida umukobwa wa Adaya w’i Bozikati+.