Zaburi 41:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Hahezagirwe Yehova Imana ya Isirayeli+Kuva igihe kitagira urugero no gushika igihe kitagira urugero+.Amen kandi Amen+. Zaburi 145:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Ibikorwa vyawe vyose bizoguhaya, ewe Yehova+,Kandi intahemuka zawe bazoguhezagira+. Yakobo 3:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Turaruhezagirisha Yehova+, umwe Data+, yamara kandi tukaruvumisha+ abantu babayeho “mw’ishusho y’Imana+.”
13 Hahezagirwe Yehova Imana ya Isirayeli+Kuva igihe kitagira urugero no gushika igihe kitagira urugero+.Amen kandi Amen+.
9 Turaruhezagirisha Yehova+, umwe Data+, yamara kandi tukaruvumisha+ abantu babayeho “mw’ishusho y’Imana+.”