ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Abami 24:20
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 20 Kuko ivyabaye i Yeruzalemu no muri Yuda vyabaye kubera ishavu+ rya Yehova, gushika abataye bakamuva mu maso+. Nuko Zedekiya atangura kugarariza umwami wa Babiloni+.

  • Yeremiya 52:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Kuko ivyabaye i Yeruzalemu no muri Yuda vyabaye kubera ishavu rya Yehova, gushika abataye bakamuva mu maso+. Nuko Zedekiya atangura kugarariza umwami wa Babiloni+.

  • Ezekiyeli 17:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 Mugabo amaherezo aramugarariza+ mu gutuma intumwa ziwe mu Misiri, kugira ngo imuhe amafarasi+ be n’igisata c’abantu isinzi. Mbega azororanirwa? Mbega azocika kw’icumu, uwukora ivyo kandi akaba yarenze isezerano? Mbega vy’ukuri azocika kw’icumu+?’

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika