2 Umwami rero aca ahamagara Abanyagibeyoni+ hanyuma avugana na bo. (Kandi Abanyagibeyoni ntibari abo muri bene Isirayeli, ahubwo bari abo mu masigarira y’Abamori+; bene Isirayeli ubwabo bari barabarahiye+, mugabo Sauli arondera kubagarika+ kubera yari afitiye ishari+ bene Isirayeli na Yuda.)