1 Ngoma 29:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Salomo rero yicara ku ntebe y’ubwami ya Yehova+ ari umwami mu kibanza ca Dawidi se wiwe; araroranirwa+, kandi Abisirayeli bose baramugamburukira.
23 Salomo rero yicara ku ntebe y’ubwami ya Yehova+ ari umwami mu kibanza ca Dawidi se wiwe; araroranirwa+, kandi Abisirayeli bose baramugamburukira.