1 Ngoma 28:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 mu bahungu banje bose na ho (kuko abahungu Yehova yampaye ari benshi+), yatoye rero Salomo+ umuhungu wanje ngo yicare ku ntebe y’ubwami+ y’ingoma ya Yehova kugira aganze Isirayeli. Abaheburayo 1:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Mugabo ku bijanye n’Umwana wayo, ngo: “Imana ni yo ntebe yawe y’ubwami ibihe bitazoshira+, kandi agakoni k’ubutware k’ubwami+ bwawe ni agakoni k’ukugororoka+.
5 mu bahungu banje bose na ho (kuko abahungu Yehova yampaye ari benshi+), yatoye rero Salomo+ umuhungu wanje ngo yicare ku ntebe y’ubwami+ y’ingoma ya Yehova kugira aganze Isirayeli.
8 Mugabo ku bijanye n’Umwana wayo, ngo: “Imana ni yo ntebe yawe y’ubwami ibihe bitazoshira+, kandi agakoni k’ubutware k’ubwami+ bwawe ni agakoni k’ukugororoka+.