20 Nuko Yehova atangura gushitsa ijambo ryiwe+ yari yaravuze, kugira ngo mpaguruke mu kibanza ca Dawidi dawe maze nicare ku ntebe y’ubwami ya Isirayeli+, nk’uko nyene Yehova yari yaravuze, no kugira ngo nubakire inzu izina rya Yehova Imana ya Isirayeli+,