1 Abami 8:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Nuko Salomo ahagarara imbere y’igicaniro+ ca Yehova, imbere y’ishengero rya Isirayeli ryose, hanyuma agaranzura ibiganza avyerekeje mu majuru+;
22 Nuko Salomo ahagarara imbere y’igicaniro+ ca Yehova, imbere y’ishengero rya Isirayeli ryose, hanyuma agaranzura ibiganza avyerekeje mu majuru+;