1 Abami 3:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Kandi umusavyi wawe ari hagati y’abantu bawe watoye+, igisata c’abantu isinzi batagira igitigiri kandi badashobora guharurwa kubera ubwinshi+. Zaburi 72:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Naburanire abantu bawe yisunze ubugororotsi+,N’abarushwa bawe yisunze ingingo y’ubutungane+.
8 Kandi umusavyi wawe ari hagati y’abantu bawe watoye+, igisata c’abantu isinzi batagira igitigiri kandi badashobora guharurwa kubera ubwinshi+.