1 Abami 3:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Imana ibandanya kumubwira iti: “Kubera yuko wasavye ico kintu, ntiwisabire imisi myinshi canke ngo wisabire ubutunzi+ canke ngo usabe ubuzima bw’abansi bawe, ukisabira ubwenge kugira ngo wumvirize imanza+,
11 Imana ibandanya kumubwira iti: “Kubera yuko wasavye ico kintu, ntiwisabire imisi myinshi canke ngo wisabire ubutunzi+ canke ngo usabe ubuzima bw’abansi bawe, ukisabira ubwenge kugira ngo wumvirize imanza+,