Abalewi 26:40 Bibiliya y’isi nshasha 40 Kandi ntibazobura kwatura ikosa ryabo+ n’ikosa rya ba se mu buhemu bwabo igihe bampemukako, egome, mbere igihe bagenda bandwanya+, Nehemiya 9:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Nuko uruvyaro rwa Isirayeli rwitandukanya+ n’abanyamahanga+ bose, rurahaguruka maze rwatura+ ibicumuro vyarwo+ n’amakosa ya ba se+.
40 Kandi ntibazobura kwatura ikosa ryabo+ n’ikosa rya ba se mu buhemu bwabo igihe bampemukako, egome, mbere igihe bagenda bandwanya+,
2 Nuko uruvyaro rwa Isirayeli rwitandukanya+ n’abanyamahanga+ bose, rurahaguruka maze rwatura+ ibicumuro vyarwo+ n’amakosa ya ba se+.