Daniyeli 9:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Yehova we, niwumve+! Yehova we, babarira+! Yehova we, niwumvirize kandi ugire ico ukoze+! Ntutebe+ Mana yanje, bibe ku bwawe, kuko izina ryawe ari ryo igisagara cawe n’abantu bawe vyitiriwe+.”
19 Yehova we, niwumve+! Yehova we, babarira+! Yehova we, niwumvirize kandi ugire ico ukoze+! Ntutebe+ Mana yanje, bibe ku bwawe, kuko izina ryawe ari ryo igisagara cawe n’abantu bawe vyitiriwe+.”