1 Abami 3:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 ehe nzokugirira koko nk’uko amajambo yawe ari+. Ehe nzoguha koko umutima ukerebutse kandi utahura+, ku buryo imbere yawe ata wuzoba yarabayeho ameze nkawe, kandi mu nyuma zawe ata wuzohaguruka ameze nkawe+. Zaburi 34:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Intambwe z’imikangara z’imigāra ubwazo zaraburaniwe zirasonza+;Yamara abarondera Yehova bobo, nta kintu ciza bazobura+. Abanyefeso 3:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Umwe rero ashobora gukora ibirengeye kure n’iyo ivyo dusaba vyose canke twiyumvira+, nk’uko ububasha bwiwe buriko bukorera+ muri twebwe buri, 1 Yohani 5:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Vyongeye, nimba tuzi yuko itwumva ku bijanye n’ico dusaba cose+, turazi ko turonka ibintu twasavye kuko ari yo twabisavye+.
12 ehe nzokugirira koko nk’uko amajambo yawe ari+. Ehe nzoguha koko umutima ukerebutse kandi utahura+, ku buryo imbere yawe ata wuzoba yarabayeho ameze nkawe, kandi mu nyuma zawe ata wuzohaguruka ameze nkawe+.
10 Intambwe z’imikangara z’imigāra ubwazo zaraburaniwe zirasonza+;Yamara abarondera Yehova bobo, nta kintu ciza bazobura+.
20 Umwe rero ashobora gukora ibirengeye kure n’iyo ivyo dusaba vyose canke twiyumvira+, nk’uko ububasha bwiwe buriko bukorera+ muri twebwe buri,
15 Vyongeye, nimba tuzi yuko itwumva ku bijanye n’ico dusaba cose+, turazi ko turonka ibintu twasavye kuko ari yo twabisavye+.