Yobu 34:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Kuko umuntu yakuwe mw’ivu izomuhemba+ nk’uko akora,Kandi uko umunyuro w’umuntu umeze, ni na ko izotuma umugarukako. Zaburi 18:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Yehova ampemba nk’uko ubugororotsi bwanje buri+;Nk’uko ukudahumana kw’amaboko yanje kuri, ni ko anyishura+. Ivyahishuwe 2:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Kandi abana biwe nzobicisha ikiza cica, ku buryo amashengero yose azomenya yuko ndi umwe asesangura amafyigo n’imitima, kandi namwe nzobaha umwumwe ibihuye n’ibikorwa vyanyu+.
11 Kuko umuntu yakuwe mw’ivu izomuhemba+ nk’uko akora,Kandi uko umunyuro w’umuntu umeze, ni na ko izotuma umugarukako.
20 Yehova ampemba nk’uko ubugororotsi bwanje buri+;Nk’uko ukudahumana kw’amaboko yanje kuri, ni ko anyishura+.
23 Kandi abana biwe nzobicisha ikiza cica, ku buryo amashengero yose azomenya yuko ndi umwe asesangura amafyigo n’imitima, kandi namwe nzobaha umwumwe ibihuye n’ibikorwa vyanyu+.