Ivyakozwe 13:34 Bibiliya y’isi nshasha 34 Kandi ivy’ukwo kuba yaramuzuye mu bapfuye ngo ntaze asubire ku kubora, yabivuze muri ubu buryo ati: ‘Nzobaha ubuntu bwuzuye urukundo bwagiriwe Dawidi bwo kwizigirwa+.’
34 Kandi ivy’ukwo kuba yaramuzuye mu bapfuye ngo ntaze asubire ku kubora, yabivuze muri ubu buryo ati: ‘Nzobaha ubuntu bwuzuye urukundo bwagiriwe Dawidi bwo kwizigirwa+.’