2 Ngoma 30:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Nuko bakoranira hamwe i Yeruzalemu+, ari abantu benshi, kugira bahimbaze umusi mukuru+ w’udutsima tutarimwo umwambiro mu kwezi kugira kabiri+, ari ishengero ryinshi cane.
13 Nuko bakoranira hamwe i Yeruzalemu+, ari abantu benshi, kugira bahimbaze umusi mukuru+ w’udutsima tutarimwo umwambiro mu kwezi kugira kabiri+, ari ishengero ryinshi cane.