1 Abami 9:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Nawe niwagendera+ imbere yanje, nk’uko Dawidi+ so yagenze, ukagendana ugutungana*+ kw’umutima be n’ukugororoka+, mu gukora wisunze ivyo nagutegetse+ vyose, ukongera ukagumya ingingo nyobozi zanje+ n’ingingo zanje z’ubutungane+, Zaburi 26:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Kuko ubuntu bwuzuye urukundo bwawe buri imbere y’amaso yanje,Kandi nagendeye mu kuri kwawe+.
4 Nawe niwagendera+ imbere yanje, nk’uko Dawidi+ so yagenze, ukagendana ugutungana*+ kw’umutima be n’ukugororoka+, mu gukora wisunze ivyo nagutegetse+ vyose, ukongera ukagumya ingingo nyobozi zanje+ n’ingingo zanje z’ubutungane+,