2 Ngoma 15:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Nuko arasohoka aja imbere ya Asa maze amubwira ati: “Nyumvirize, ewe Asa na Yuda yose na Benyamini yose! Yehova azobana namwe nimwabana na we+; nimwamurondera+, azoreka mumuronke, mugabo nimwamuheba azobaheba+. Zaburi 73:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Kuko ehe, barya nyene baguma kure yawe bazoyogera+.Ntuzobura kunumya uwo wese aguheba mu buryo bw’ubuhumbu+.
2 Nuko arasohoka aja imbere ya Asa maze amubwira ati: “Nyumvirize, ewe Asa na Yuda yose na Benyamini yose! Yehova azobana namwe nimwabana na we+; nimwamurondera+, azoreka mumuronke, mugabo nimwamuheba azobaheba+.
27 Kuko ehe, barya nyene baguma kure yawe bazoyogera+.Ntuzobura kunumya uwo wese aguheba mu buryo bw’ubuhumbu+.