10 Kandi ikintu cose amaso yanje yasaba sinakiyankira+. Sinimye umutima wanje ubwoko na bumwe bw’umunezero, kuko umutima wanje wari unezerewe kubera igikorwa canje cose c’ubutame+, kandi ivyo ni vyo vyabaye umugabane wanje uvuye mu gikorwa canje c’ubutame+ cose.