Guharura 33:35 Bibiliya y’isi nshasha 35 Hanyuma baragenda bavuye i Aburona baraheza bakambika i Eziyoni-geberi+. 1 Abami 22:48 Bibiliya y’isi nshasha 48 Yehoshafati akora imeri z’i Tarushishi+ kugira zije i Ofiri kuzana inzahabu; mugabo ntizagenda, kubera yuko izo meri zasabiye i Eziyoni-geberi+. 2 Ngoma 20:36 Bibiliya y’isi nshasha 36 Yifatanya rero na we mu vyo gukora imeri zo kuja i Tarushishi+, bakora kandi imeri i Eziyoni-geberi+.
48 Yehoshafati akora imeri z’i Tarushishi+ kugira zije i Ofiri kuzana inzahabu; mugabo ntizagenda, kubera yuko izo meri zasabiye i Eziyoni-geberi+.
36 Yifatanya rero na we mu vyo gukora imeri zo kuja i Tarushishi+, bakora kandi imeri i Eziyoni-geberi+.