Umusiguzi 2:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Narirundanirije kandi ifeza n’inzahabu+, n’itunga ryiharizwa n’abami n’intara z’ubutware+. Narishiriyeho abaririmvyi n’abaririmvyikazi+ n’ibisosa+ vy’abana b’abantu, umukenyezi, mbere abakenyezi+.
8 Narirundanirije kandi ifeza n’inzahabu+, n’itunga ryiharizwa n’abami n’intara z’ubutware+. Narishiriyeho abaririmvyi n’abaririmvyikazi+ n’ibisosa+ vy’abana b’abantu, umukenyezi, mbere abakenyezi+.