ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 24:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Nya musuku afata rero ingamiya cumi mu ngamiya za shebuja aragenda, ajanye mu kuboko kwiwe ubwoko bwose bw’ikintu ciza ca shebuja+. Maze arahaguruka, afata inzira aja i Mezopotamiya mu gisagara ca Nahori.

  • Yesaya 60:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Ikigwi kigigimba c’ingamiya kizogupfuka, ingamiya zikiri nto z’ingabo z’i Midiyani n’iz’i Efa+. Iz’i Sheba+ zose, zizoza. Zizoza zikoreye inzahabu n’imibavu ya olibani. Kandi zizotangaza amashemezo ya Yehova+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika