1 Abami 10:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Nuko abwira umwami ati: “Ijambo numvise mu gihugu canje ku vyawe no ku bukerebutsi bwawe+, ryari iry’ukuri. Matayo 11:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Umwana w’umuntu yaje arya, anywa+, mugabo abantu bavuga ngo: ‘Ehe umukunzi w’inda kandi yatwawe n’umuvinyu, umugenzi w’abatozakori n’abacumuzi+.’ Ariko ubukerebutsi bwerekanwa ko bugororotse n’ibikorwa vyabwo+.”
6 Nuko abwira umwami ati: “Ijambo numvise mu gihugu canje ku vyawe no ku bukerebutsi bwawe+, ryari iry’ukuri.
19 Umwana w’umuntu yaje arya, anywa+, mugabo abantu bavuga ngo: ‘Ehe umukunzi w’inda kandi yatwawe n’umuvinyu, umugenzi w’abatozakori n’abacumuzi+.’ Ariko ubukerebutsi bwerekanwa ko bugororotse n’ibikorwa vyabwo+.”