ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Abami 10:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 Sinemeye nya majambo gushika nje kugira ngo amaso yanje bwite avyibonere; none nsanze ata n’ica kabiri bambwiye+. Mu bukerebutsi no mu gutunganirwa wararenganye ibintu numvise+.

  • Yohani 20:25
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 25 Abandi bigishwa rero bamubwira bati: “Twabonye Umukama!” Mugabo ababwira ati: “Ntabonye mu biganza vyiwe aho imisumari yaciye, ngo ninjize urutoke aho imisumari yaciye, ngo nongere ninjize ukuboko mu rubavu rwiwe+, sinzogenda nemeye+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika