2 Samweli 15:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Mugabo umwami abwira Zadoki ati: “Subiza iyo sandugu+ y’Imana y’ukuri mu gisagara+. Ninagira ubutoni mu maso ya Yehova, azongarukana rero ata gukeka maze anyereke iyo sandugu be n’ahantu iba+. Zaburi 18:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Nuko aransohora anjana ahantu hagutse+;Yarantabara, kuko yari yahimbawe nanje+.
25 Mugabo umwami abwira Zadoki ati: “Subiza iyo sandugu+ y’Imana y’ukuri mu gisagara+. Ninagira ubutoni mu maso ya Yehova, azongarukana rero ata gukeka maze anyereke iyo sandugu be n’ahantu iba+.