Esiteri 1:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Umuvinyu wo kunywa watangirwa mu vyombo vy’inzahabu+; nya vyombo vyari bitandukanye, kandi umuvinyu w’i bwami+ wari mwinshi cane, nk’uko uburyo bw’umwami bwari.
7 Umuvinyu wo kunywa watangirwa mu vyombo vy’inzahabu+; nya vyombo vyari bitandukanye, kandi umuvinyu w’i bwami+ wari mwinshi cane, nk’uko uburyo bw’umwami bwari.