2 Ngoma 13:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Yerobowamu ntiyasigarana inkomezi+ mu misi ya Abiya; mugabo Yehova aramukubita+ ku buryo apfa.