Imigani 29:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Iyo abagororotsi babaye benshi, abantu baranezerwa+; mugabo iyo umubisha aganje, abantu baraniha+. Umusiguzi 4:1 Bibiliya y’isi nshasha 4 Kandi jewe narahindukiye ngo mbone ibikorwa vy’agahahazo+ vyose bikorerwa munsi y’izuba, maze, ehe amosozi y’abahahazwa+, mugabo nta muhoza bari bafise+; kandi ku ruhande rw’ababahahaza hari ububasha, ku buryo ata muhoza bari bafise.
4 Kandi jewe narahindukiye ngo mbone ibikorwa vy’agahahazo+ vyose bikorerwa munsi y’izuba, maze, ehe amosozi y’abahahazwa+, mugabo nta muhoza bari bafise+; kandi ku ruhande rw’ababahahaza hari ububasha, ku buryo ata muhoza bari bafise.