Imigani 19:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Mwananje, ukareka kwumviriza indero bizokuviramwo kuzimira uve ku majambo y’ubumenyi+.