2 Ngoma 22:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Abandanya gukora ivyari bibi mu maso ya Yehova, nk’inzu ya Ahabu, kuko ari bo bamubereye abajanama+ se wiwe amaze gupfa, bikamukwegera guhona. Imigani 12:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Ivyiyumviro vy’abagororotsi ni ubutungane+; ukuyobora kw’ababisha ni ubuhendanyi+.
4 Abandanya gukora ivyari bibi mu maso ya Yehova, nk’inzu ya Ahabu, kuko ari bo bamubereye abajanama+ se wiwe amaze gupfa, bikamukwegera guhona.