Guharura 14:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Ariko ikoraniro ryose rivuga ivyo kubatera amabuye+. Maze ubuninahazwa bwa Yehova buboneka kw’ihema ry’ihuriro, bubonekera bene Isirayeli bose+. 2 Ngoma 24:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Amaherezo bamugīra umugambi mubi+ maze bamutera amabuye+ mu kigo c’inzu ya Yehova bitegetswe n’umwami.
10 Ariko ikoraniro ryose rivuga ivyo kubatera amabuye+. Maze ubuninahazwa bwa Yehova buboneka kw’ihema ry’ihuriro, bubonekera bene Isirayeli bose+.
21 Amaherezo bamugīra umugambi mubi+ maze bamutera amabuye+ mu kigo c’inzu ya Yehova bitegetswe n’umwami.