1 Abami 15:1 Bibiliya y’isi nshasha 15 Nuko mu mwaka ugira cumi n’umunani w’Umwami Yerobowamu+ mwene Nebati+, Abiyamu aba umwami wa Yuda+. 2 Ngoma 12:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Amaherezo Rehobowamu aryama hamwe na ba sekuruza biwe+ hanyuma ahambwa mu Gisagara ca Dawidi+; nuko Abiya+ umuhungu wiwe atangura kuganza mu kibanza ciwe. Matayo 1:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Salomo avyara Rehobowamu+;Rehobowamu avyara Abiya;Abiya+ avyara Asa+;
15 Nuko mu mwaka ugira cumi n’umunani w’Umwami Yerobowamu+ mwene Nebati+, Abiyamu aba umwami wa Yuda+.
16 Amaherezo Rehobowamu aryama hamwe na ba sekuruza biwe+ hanyuma ahambwa mu Gisagara ca Dawidi+; nuko Abiya+ umuhungu wiwe atangura kuganza mu kibanza ciwe.