2 Ngoma 11:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Baguma bakomeza ingoma ya Yuda+ bongera bashigikira Rehobowamu mwene Salomo mu kiringo c’imyaka itatu, kuko bagendeye mu nzira ya Dawidi n’iya Salomo mu kiringo c’imyaka itatu+.
17 Baguma bakomeza ingoma ya Yuda+ bongera bashigikira Rehobowamu mwene Salomo mu kiringo c’imyaka itatu, kuko bagendeye mu nzira ya Dawidi n’iya Salomo mu kiringo c’imyaka itatu+.