Abacamanza 6:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Kuko baduga, bo n’ibitungwa vyabo, kumwe n’amahema yabo. Baza ari benshi nk’inzige+, kandi bo n’ingamiya zabo ntibagira igitigiri+; baraza mu gihugu kugira bakiyogeze+. 2 Ngoma 16:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Mbega Abanyetiyopiya+ n’Abanyalibiya+ ntibari inteko za gisirikare zikomeye cane uravye ubwinshi, imikogote n’abagendera ku mafarasi+? Yamara, kubera ko wishimikije Yehova, ntiyabatanze none mu kuboko kwawe+?
5 Kuko baduga, bo n’ibitungwa vyabo, kumwe n’amahema yabo. Baza ari benshi nk’inzige+, kandi bo n’ingamiya zabo ntibagira igitigiri+; baraza mu gihugu kugira bakiyogeze+.
8 Mbega Abanyetiyopiya+ n’Abanyalibiya+ ntibari inteko za gisirikare zikomeye cane uravye ubwinshi, imikogote n’abagendera ku mafarasi+? Yamara, kubera ko wishimikije Yehova, ntiyabatanze none mu kuboko kwawe+?