Yesaya 26:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Ewe Yehova Mana yacu, abandi batware kiretse wewe bigize abatugaba+. Tubihawe na wewe ni ho gusa tuzovuga izina ryawe+.
13 Ewe Yehova Mana yacu, abandi batware kiretse wewe bigize abatugaba+. Tubihawe na wewe ni ho gusa tuzovuga izina ryawe+.