24 Dufate ko hari abagororotsi mirongo itanu hagati muri nya gisagara. Woba none uzobazimaganya ntuharire ico kibanza ku bw’abo bagororotsi mirongo itanu bari muri co+?
13 Kandi Isirayeli yose izomuborogera+ koko yongere imuhambe, kuko uwo wenyene mu ba Yerobowamu ari we azoja mu mva; kubera ko hari ikintu ciza kuri Yehova Imana ya Isirayeli cabonetse muri we mu nzu ya Yerobowamu+.