ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 26:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 kuko Aburahamu yumvirije ijwi ryanje kandi akabandanya gushitsa ivyo nasavye, amategeko yanje, ivyagezwe vyanje, n’amabwirizwa yanje+.”

  • Guharura 9:19
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 19 Kandi nya gicu kibandanije kuguma hejuru y’itaberenakulo imisi myinshi, bene Isirayeli barubahiriza rero ibwirizwa rya Yehova ry’uko badakwiye kugenda+.

  • Gusubira mu vyagezwe 11:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 “Kandi utegerezwa gukunda Yehova Imana yawe+ no gushitsa ivyo yabajeje n’ivyagezwe vyiwe n’ingingo ziwe z’ubutungane+ n’amabwirizwa yiwe nantaryo.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika