-
Yosuwa 8:20Bibiliya y’isi nshasha
-
-
20 Abagabo b’i Ayi barahindukira bararaba, babona umwotsi w’ico gisagara uriko uduga mw’ijuru, ntibaronka intege zo guhungira aha canke hariya. Ba bantu bariko bahungira mu gahinga baca barahindukira barwanya abariko babakurikira.
-